Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+. 2 Ngoma 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi inzu ngira nubake izoba iyihambaye+, kuko Imana yacu ihambaye kuruta izindi mana zose+. Zaburi 95:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye+Akaba n’Umwami ahambaye hejuru y’izindi mana zose+. Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+. Daniyeli 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”
11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+.
3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye+Akaba n’Umwami ahambaye hejuru y’izindi mana zose+. Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+. Daniyeli 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”
9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.
47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”