ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ibuka Aburahamu, Izahaki na Isirayeli abasavyi bawe, abo warahiye wewe nyene+, mu kubabwira uti: ‘Nzogwiza uruvyaro rwanyu nk’inyenyeri zo mu majuru+, kandi iki gihugu cose nerekanye nzogiha uruvyaro rwanyu+, kugira ngo bacigabire koko gushika igihe kitagira urugero+.’”

  • Abalewi 26:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Kandi nzokwibuka koko isezerano ryanje nagiranye na Yakobo+; eka mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Izahaki+, mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Aburahamu+ nzoryibuka, n’igihugu nzocibuka.

  • Zaburi 106:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Yaribuka ku biberekeye isezerano ryiwe+,

      Akumva yicujije, nk’uko umurengera w’ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe buhambaye uri+.

  • Luka 1:72
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 72 kugira agire imbabazi ku bijanye na ba sogokuruza no kugira yibuke isezerano ryiwe ryeranda+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika