Kuvayo 37:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze agihomekako inzahabu itavanze, ku buringanire bwaco bwo hejuru n’impande zaco irya n’ino n’amahembe yaco, agikorera n’umukugirwa w’inzahabu ugikikuje+.
26 Maze agihomekako inzahabu itavanze, ku buringanire bwaco bwo hejuru n’impande zaco irya n’ino n’amahembe yaco, agikorera n’umukugirwa w’inzahabu ugikikuje+.