Kuvayo 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi nzoseruka imbere yawe ng’aho, mvuganire nawe hejuru y’umurumyo+, hagati ya ba bakerubi babiri bari kw’isandugu y’igishingantahe, eka ivyo nzogutegeka vyose ku bwa bene Isirayeli+.
22 Kandi nzoseruka imbere yawe ng’aho, mvuganire nawe hejuru y’umurumyo+, hagati ya ba bakerubi babiri bari kw’isandugu y’igishingantahe, eka ivyo nzogutegeka vyose ku bwa bene Isirayeli+.