ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 38:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ica kabiri ca shekeli umuntu yatanga cari ica kabiri ca shekeli hisunzwe shekeli y’ahantu heranda, ku muntu wese yarengana aja mu bari banditswe kuva ku myaka mirongo ibiri y’amavuka no kuduga+, bashika ku bihumbi amajana atandatu na bitatu n’amajana atanu na mirongo itanu+.

  • Guharura 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga+, umuntu wese aja mu ngabo muri Isirayeli+. Muze mubandike nk’uko ingabo zabo ziri, mwe na Aroni.

  • Guharura 26:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Nimuharure igitigiri cose hamwe c’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga, nk’uko inzu ya ba se iri, abaja mu ngabo muri Isirayeli bose+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika