Kuvayo 37:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Akora kandi ya mavuta meranda y’ukurobanuza+ na ya mibavu imota neza+, itavanze, bikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu. 1 Abami 1:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Zadoki umuherezi atora rero ihembe ry’amavuta+ mw’ihema+ araheza ayarobanuza+ Salomo; batangura kuvuza inzamba, maze abantu bose basemerera bati: “Umwami Salomo nabeho+!” Zaburi 89:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nabonye Dawidi umusavyi wanje+;Namurobanuje amavuta yanje meranda+,
29 Akora kandi ya mavuta meranda y’ukurobanuza+ na ya mibavu imota neza+, itavanze, bikozwe n’umuhinguzi w’amavuta manovu.
39 Zadoki umuherezi atora rero ihembe ry’amavuta+ mw’ihema+ araheza ayarobanuza+ Salomo; batangura kuvuza inzamba, maze abantu bose basemerera bati: “Umwami Salomo nabeho+!”