Abalewi 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+. Guharura 15:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Uwo muntu akwiye kwicwa ata kabuza+: ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye hanze y’ikambi+.”
16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+.
35 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Uwo muntu akwiye kwicwa ata kabuza+: ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye hanze y’ikambi+.”