Kuvayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli bagira nk’uko ijambo rya Musa ryavuze, basaba Abanyamisiri ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana+.
35 Nuko bene Isirayeli bagira nk’uko ijambo rya Musa ryavuze, basaba Abanyamisiri ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana+.