ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 12:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nuko umwami agisha inama+ maze akora inyana zibiri z’inzahabu+ hanyuma abwira abantu ati: “Birarenze urugero kuri mwebwe kuduga i Yeruzalemu. Ng’iyi Imana yawe+, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.”

  • 2 Abami 10:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ibicumuro vya Yerobowamu+ mwene Nebati, ivyo yacumurishije Isirayeli+, ni vyo gusa Yehu atakebeje ngo areke kubikurikira, ni ukuvuga za nyana z’inzahabu+, za zindi imwe yari i Beteli iyindi ikaba i Dani+.

  • Zaburi 106:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Vyongeye, bakora inyana i Horebu+,

      Bunamira igishusho c’icuma gishongeshejwe+,

  • Hoseya 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ubu na ho bakora ikindi gicumuro bakihingurira mw’ifeza yabo igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+, ibigirwamana nk’uko bavyumva+, vyose bikaba ari igikorwa c’abahinguzi b’utugenegene+. Babibwira* bati: ‘Abashikana ibimazi b’abagabo nibasome inyana+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika