Kuvayo 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze atora nya nzahabu mu maboko yabo, ayiha imero+ akoresheje itindo, ayikoramwo igishushanyo c’inyana y’icuma gishongeshejwe+. Hanyuma batangura kuvuga bati: “Iyi ni yo Mana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.” 2 Abami 17:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ayo mahanga yaratinya Yehova+, mugabo agakorera ibishusho vyayo bibajwe. Nayo abahungu babo n’abuzukuru babo, gushika n’uyu musi bakora nk’uko ba sekuruza babo bari barakoze.
4 Maze atora nya nzahabu mu maboko yabo, ayiha imero+ akoresheje itindo, ayikoramwo igishushanyo c’inyana y’icuma gishongeshejwe+. Hanyuma batangura kuvuga bati: “Iyi ni yo Mana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.”
41 Ayo mahanga yaratinya Yehova+, mugabo agakorera ibishusho vyayo bibajwe. Nayo abahungu babo n’abuzukuru babo, gushika n’uyu musi bakora nk’uko ba sekuruza babo bari barakoze.