Kuvayo 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+. Nehemiya 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egome, igihe bihingurira igishushanyo c’inyana mu cuma gishongeshejwe+ maze bagatangura kuvuga bati: ‘Iyi ni yo Mana yawe yakuduganye igukuye mu Misiri+,’ bakabandanya gukora ibikorwa bikomeye vy’akagaye, Zaburi 106:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku buryo bakāba ubuninahazwa bwanje+Ishusho y’ishūri, iyirya ibimera+. Abaroma 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ubuninahazwa+ bwa ya Mana itabora babuhindura ikintu kimeze nk’ishusho+ y’umuntu abora n’iy’inyoni n’ibiremwa vy’amaguru ane n’ibikwega inda hasi+.
4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+.
18 Egome, igihe bihingurira igishushanyo c’inyana mu cuma gishongeshejwe+ maze bagatangura kuvuga bati: ‘Iyi ni yo Mana yawe yakuduganye igukuye mu Misiri+,’ bakabandanya gukora ibikorwa bikomeye vy’akagaye,
23 ubuninahazwa+ bwa ya Mana itabora babuhindura ikintu kimeze nk’ishusho+ y’umuntu abora n’iy’inyoni n’ibiremwa vy’amaguru ane n’ibikwega inda hasi+.