Ivyakozwe 7:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Nuko bakora inyana muri iyo misi+ hanyuma bazanira ikimazi nya kigirwamana, batangura kuryohererwa ibikorwa vy’amaboko yabo+. 1 Abakorinto 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Eka kandi ntimucike abasenga ibigirwamana, nk’uko bamwe muri bo babaye+; nk’uko vyanditswe ngo: “Abantu baricara ngo barye bongere banywe, maze bava hasi ngo baryoherwe+.”
41 Nuko bakora inyana muri iyo misi+ hanyuma bazanira ikimazi nya kigirwamana, batangura kuryohererwa ibikorwa vy’amaboko yabo+.
7 Eka kandi ntimucike abasenga ibigirwamana, nk’uko bamwe muri bo babaye+; nk’uko vyanditswe ngo: “Abantu baricara ngo barye bongere banywe, maze bava hasi ngo baryoherwe+.”