Kuvayo 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze atora nya nzahabu mu maboko yabo, ayiha imero+ akoresheje itindo, ayikoramwo igishushanyo c’inyana y’icuma gishongeshejwe+. Hanyuma batangura kuvuga bati: “Iyi ni yo Mana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.” Gusubira mu vyagezwe 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze ndaraba, nsanga mwari mwacumuye kuri Yehova Imana yanyu! Mwari mwihinguriye inyana y’icuma gishongeshejwe+. Mwari mwakebeje ningoga muta inzira Yehova yari yarabategetse+.
4 Maze atora nya nzahabu mu maboko yabo, ayiha imero+ akoresheje itindo, ayikoramwo igishushanyo c’inyana y’icuma gishongeshejwe+. Hanyuma batangura kuvuga bati: “Iyi ni yo Mana yawe, ewe Isirayeli, yakuduganye igukuye mu gihugu ca Misiri+.”
16 Maze ndaraba, nsanga mwari mwacumuye kuri Yehova Imana yanyu! Mwari mwihinguriye inyana y’icuma gishongeshejwe+. Mwari mwakebeje ningoga muta inzira Yehova yari yarabategetse+.