Gusubira mu vyagezwe 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kugira ntimwikwegere guhona+ kandi vy’ukuri ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikimenyetso ico ari co cose, ishusho y’ikintu c’igitsina-gabo canke c’igitsina-gore+, Gusubira mu vyagezwe 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova ambarira ati: ‘Haguruka, manuka ningoga uve ng’aha, kuko ba bantu bawe wakura mu Misiri bikwegeye guhona+. Bakebeje ningoga bata inzira nabategetse. Bihinguriye igishusho c’icuma gishongeshejwe+.’ Gusubira mu vyagezwe 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwabo bikwegeye guhona+;Si abana bayo, ikosa ni rwabo+.Ni iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+! Abacamanza 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mucamanza apfuye, baca bahindukira bakikwegera guhona kuruta ba se mu gukurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+. Ntibareka ingeso zabo n’inyifato yabo y’akagagazo+.
16 kugira ntimwikwegere guhona+ kandi vy’ukuri ntimwihingurire igishusho c’ikibazano, ishusho y’ikimenyetso ico ari co cose, ishusho y’ikintu c’igitsina-gabo canke c’igitsina-gore+,
12 Yehova ambarira ati: ‘Haguruka, manuka ningoga uve ng’aha, kuko ba bantu bawe wakura mu Misiri bikwegeye guhona+. Bakebeje ningoga bata inzira nabategetse. Bihinguriye igishusho c’icuma gishongeshejwe+.’
19 Nya mucamanza apfuye, baca bahindukira bakikwegera guhona kuruta ba se mu gukurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+. Ntibareka ingeso zabo n’inyifato yabo y’akagagazo+.