2 Ngoma 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nkako Yehova yaracisha bugufi+ Yuda kubera Ahazi umwami wa Isirayeli, kuko uno yareka ukwirekura kukongerekana muri Yuda+, kandi hakaba hari uguhemukira Yehova bikomeye.
19 Nkako Yehova yaracisha bugufi+ Yuda kubera Ahazi umwami wa Isirayeli, kuko uno yareka ukwirekura kukongerekana muri Yuda+, kandi hakaba hari uguhemukira Yehova bikomeye.