ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Ariko nimutanyumviriza no kuri ivyo, nzobwirizwa rero kubahana ngwije igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Kavamahanga aba hagati yawe azoguma arushiriza kuduga aja hejuru yawe, ariko weho, uzoguma urushiriza kumanuka uja hasi+.

  • 1 Samweli 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Yehova ni Uwukenesha+ akaba n’Uwutungisha+,

      Uwucisha bugufi akaba n’Uwushira hejuru+,

  • Yobu 40:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nubone uwibona wese, umucishe bugufi+,

      Uhonyangire hasi ababisha harya nyene bari.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika