Kuvayo 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kubera iki Abanyamisiri+ bokwirirwa baravuga ngo: ‘Yabakuyeyo mu ntumbero mbi kugira abicire mu misozi no kugira abatikize ku buringanire bw’ubutaka+’? Hindukira, ureke ishavu ryawe rirurumba+, wicuze+ ku nabi wagira ukorere abantu bawe. Gusubira mu vyagezwe 28:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Uzocika akajoreza+, iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose Yehova azokujanamwo.
12 Kubera iki Abanyamisiri+ bokwirirwa baravuga ngo: ‘Yabakuyeyo mu ntumbero mbi kugira abicire mu misozi no kugira abatikize ku buringanire bw’ubutaka+’? Hindukira, ureke ishavu ryawe rirurumba+, wicuze+ ku nabi wagira ukorere abantu bawe.