ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.

  • Gusubira mu vyagezwe 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko muri igisata ceranda+ kuri Yehova Imana yanyu, kandi Yehova akaba yabatoye ngo mube igisata ciwe, inyegu idasanzwe+, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka.

  • Yeremiya 31:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bazoza barira+, kandi nzobazana binginga basaba kugirirwa ubutoni. Nzotuma bagenda baja ku myonga y’amazi+, ndabacishije mu nzira nziza batazotsitaramwo. Kuko Isirayeli namubereye Se+; Efurayimu na we ni imfura yanje+.”

  • Hoseya 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Igihe Isirayeli yari agahungu naramukunda+, kandi nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri+.

  • Abaroma 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 abo, uko bari ukwo, bakaba ari Abisirayeli+, bene ukugirwa abana+ na bene ubuninahazwa+ n’amasezerano+ na bene guhabwa Itegeko+ n’igikorwa ceranda+ be n’imihango+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika