Itanguriro 48:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko Isirayeli atuma ukuryo kwiwe, agushira ku mutwe wa Efurayimu+, naho ari we yari mutoyi+, ukubamfu kwiwe na kwo agushira ku mutwe wa Manase+. Amaboko yiwe yayagize gutyo ibigirankana, kuko Manase ari we yari imfura+. Kuvayo 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Uze ubwire Farawo uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Isirayeli ni umuhungu wanje, imfura yanje+.
14 Ariko Isirayeli atuma ukuryo kwiwe, agushira ku mutwe wa Efurayimu+, naho ari we yari mutoyi+, ukubamfu kwiwe na kwo agushira ku mutwe wa Manase+. Amaboko yiwe yayagize gutyo ibigirankana, kuko Manase ari we yari imfura+.