Ivyakozwe 7:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Nuko bakora inyana muri iyo misi+ hanyuma bazanira ikimazi nya kigirwamana, batangura kuryohererwa ibikorwa vy’amaboko yabo+.
41 Nuko bakora inyana muri iyo misi+ hanyuma bazanira ikimazi nya kigirwamana, batangura kuryohererwa ibikorwa vy’amaboko yabo+.