Guharura 14:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Musa abwiye ayo majambo bene Isirayeli bose, abantu batangura kugandara bimwe bikomeye+. Hoseya 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntibantabaje n’umutima wabo+, naho bagumye baborogera ku bitanda vyabo. Bagumye biraramangiye kubera intete zabo n’umuvinyu usosa wabo+; bagumye bangarariza+.
14 Ntibantabaje n’umutima wabo+, naho bagumye baborogera ku bitanda vyabo. Bagumye biraramangiye kubera intete zabo n’umuvinyu usosa wabo+; bagumye bangarariza+.