Kuvayo 33:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yongerako ati: “Ntushobora kubona mu maso hanje, kuko ata muntu yombona ngo abeho+.” Yohani 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.
18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.