Kuvayo 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.” Gusubira mu vyagezwe 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hanyuma abamenyesha isezerano ryiwe+, iryo yabategetse gushitsa, ari yo ya Majambo Cumi+, inyuma y’ivyo ayandika ku bisate vy’amabuye bibiri+.
8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.”
13 Hanyuma abamenyesha isezerano ryiwe+, iryo yabategetse gushitsa, ari yo ya Majambo Cumi+, inyuma y’ivyo ayandika ku bisate vy’amabuye bibiri+.