Kuvayo 34:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Inyuma y’ivyo, bene Isirayeli bose baramwegera, na we atangura kubategeka ivyo Yehova yari yavuganye na we vyose ku musozi Sinayi+. Abaroma 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko abumva itegeko atari bo bagororotsi imbere y’Imana, mugabo abakora+ ivyo itegeko rivuga ni bo bazokwitwa abagororotsi+. Yakobo 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko mube abashira mu ngiro rya jambo+, atari abumva gusa, mwibesha n’ivyiyumviro bitari vyo+.
32 Inyuma y’ivyo, bene Isirayeli bose baramwegera, na we atangura kubategeka ivyo Yehova yari yavuganye na we vyose ku musozi Sinayi+.
13 Kuko abumva itegeko atari bo bagororotsi imbere y’Imana, mugabo abakora+ ivyo itegeko rivuga ni bo bazokwitwa abagororotsi+.