ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 30:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko iryo jambo riri hafi yawe rwose, mu kanwa kawe no mu mutima wawe+, ngo urishitse+.

  • Ezekiyeli 20:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘“Maze ndabaha ivyagezwe vyanje+, ndabamenyesha ingingo zanje z’ubutungane+, kugira ngo uwuguma azikurikiza ashobore kandi kuguma abeshwaho na zo+.

  • Yakobo 1:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ariko mube abashira mu ngiro rya jambo+, atari abumva gusa, mwibesha n’ivyiyumviro bitari vyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika