ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 36:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 babwira Musa bati: “Abantu bariko bazana vyinshi kuruta ivyo igikorwa gikeneye ku bw’akazi Yehova yategetse ko gakorwa.”

  • Ezira 2:68
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 68 Bamwe mu bakuru+ b’amazu ya ba sekuru+, aho bashikiye ku nzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu+, batanga amashikanwa atangwa ku bushake+ ku bw’inzu y’Imana y’ukuri, kugira ngo batume ihagarara ku kibanza cayo+.

  • 2 Abakorinto 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo+ canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika