-
Kuvayo 7:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Nuko Musa na Aroni binjira kwa Farawo bakora neza na neza nk’uko Yehova yari yategetse. Aroni araheza aterera inkoni yiwe hasi imbere ya Farawo n’abasavyi biwe, ica icika ikiyoka kinini.
-