Kuvayo 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Musa avuga ati: “Tuzojana n’urwaruka rwacu n’abasaza bacu. Tuzojana n’abahungu bacu n’abakobwa bacu+, n’intama zacu n’inka zacu+, kuko dufise umusi mukuru wa Yehova+.”
9 Maze Musa avuga ati: “Tuzojana n’urwaruka rwacu n’abasaza bacu. Tuzojana n’abahungu bacu n’abakobwa bacu+, n’intama zacu n’inka zacu+, kuko dufise umusi mukuru wa Yehova+.”