1 Samweli 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi Eli yari ashaje cane; yari yarumvise+ ibintu vyose abahungu biwe baguma bakorera+ Isirayeli yose be n’ukuntu baryamana n’abagore+ bakorera ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+.
22 Kandi Eli yari ashaje cane; yari yarumvise+ ibintu vyose abahungu biwe baguma bakorera+ Isirayeli yose be n’ukuntu baryamana n’abagore+ bakorera ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+.