Abalewi 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baze berekane ko ari beranda ku Mana yabo+, kandi ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo bashikiriza amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, umukate w’Imana yabo+; kandi bategerezwa kwerekana ko ari beranda+.
6 Baze berekane ko ari beranda ku Mana yabo+, kandi ntibaze bahumanye izina ry’Imana yabo+, kuko ari bo bashikiriza amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, umukate w’Imana yabo+; kandi bategerezwa kwerekana ko ari beranda+.