Kuvayo 29:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Kandi nzokweza ihema ry’ihuriro na nya gicaniro; kandi nzokweza+ Aroni n’abahungu biwe kugira bankorere bwa baherezi. Abalewi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje. Ezira 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze ndababwira nti: “Muri ikintu ceranda+ kuri Yehova, n’ibi bikoresho+ ni ikintu ceranda, kandi izi feza n’izi nzahabu ni ishikanwa ritangwa ku bushake ryahawe Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu.
44 Kandi nzokweza ihema ry’ihuriro na nya gicaniro; kandi nzokweza+ Aroni n’abahungu biwe kugira bankorere bwa baherezi.
3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.
28 Maze ndababwira nti: “Muri ikintu ceranda+ kuri Yehova, n’ibi bikoresho+ ni ikintu ceranda, kandi izi feza n’izi nzahabu ni ishikanwa ritangwa ku bushake ryahawe Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu.