Kuvayo 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi nya mabuye akwiye kuba ahwanye n’amazina ya bene Isirayeli, bamwe cumi na babiri, nk’uko amazina yabo ari+. Akwiye kuba asaruwe nk’udusaruro tw’ikidodo, rimwe ryose rihure n’izina ryaryo, kuri ya miryango cumi n’ibiri+.
21 Kandi nya mabuye akwiye kuba ahwanye n’amazina ya bene Isirayeli, bamwe cumi na babiri, nk’uko amazina yabo ari+. Akwiye kuba asaruwe nk’udusaruro tw’ikidodo, rimwe ryose rihure n’izina ryaryo, kuri ya miryango cumi n’ibiri+.