Kuvayo 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uze ukore ibigōmbo bibiri vy’inzahabu, ubishire ku mpera zibiri za ka kambarwa ko ku gikiriza, ku mubari wako uri ku ruhande ruhererana na efodi amaja munsi+.
26 Uze ukore ibigōmbo bibiri vy’inzahabu, ubishire ku mpera zibiri za ka kambarwa ko ku gikiriza, ku mubari wako uri ku ruhande ruhererana na efodi amaja munsi+.