Kuvayo 28:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kandi nya kambarwa ko ku gikiriza bazokabohere ku bigōmbo vya efodi n’akagozi k’ubururu, bacishije ku bigōmbo vyako, kugira kagume hejuru ya wa mukanda wa efodi kandi ntikave hejuru ya efodi+.
28 Kandi nya kambarwa ko ku gikiriza bazokabohere ku bigōmbo vya efodi n’akagozi k’ubururu, bacishije ku bigōmbo vyako, kugira kagume hejuru ya wa mukanda wa efodi kandi ntikave hejuru ya efodi+.