21 Amaherezo, bacishije mu bigōmbo vyako, babohera nya kambarwa ko ku gikiriza ku bigōmbo vya efodi hakoreshejwe akagozi k’ubururu, kugira kagume hejuru ya wa mukanda wa efodi kandi nya kambarwa ntigahave kava hejuru ya efodi, nk’uko Yehova yari yategetse Musa+.