Kuvayo 28:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi ku mubuga wayo, uze ukore amakomamanga mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama, akikuze umubuga wayo, ukikuzwe kandi n’udukengeri+ tw’inzahabu tuyarobetse;
33 Kandi ku mubuga wayo, uze ukore amakomamanga mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama, akikuze umubuga wayo, ukikuzwe kandi n’udukengeri+ tw’inzahabu tuyarobetse;