ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 “Kandi uze ujishe ikanzu y’udukarokaro mw’ilino nziza+, ukore n’igitambara co mu mutwe c’ilino nziza. Uzokora n’igikenyezo+, kijishwe n’umujishi.

  • Abalewi 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.

  • Abalewi 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Musa araheza yigiza hafi abahungu ba Aroni+, abambika amakanzu yongera abakenyeza ibikenyezo+, araheza azingira kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

  • Ivyahishuwe 19:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Egome, ahawe kwambara impuzu y’ilino nziza, yakaka, isukuye, kuko nya mpuzu y’ilino nziza igereranya ibikorwa bigororotse vy’aberanda+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika