Kuvayo 37:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+.
16 Inyuma y’ivyo akora ibikoresho vyo ku meza, amasahani yayo n’ibikombe vyayo n’ibibakure vyayo n’amakarabo yayo yokoreshejwe mu gusuka ibinyobwa vy’ishikanwa, abikora mu nzahabu itavanze+.