Kuvayo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo avuga ati: “Muriko muranebwa, muriko muranebwa+! Ni co gituma muriko mwivugisha ngo ‘Dushaka kugenda, dushaka gushikanira ikimazi Yehova+.’
17 Mugabo avuga ati: “Muriko muranebwa, muriko muranebwa+! Ni co gituma muriko mwivugisha ngo ‘Dushaka kugenda, dushaka gushikanira ikimazi Yehova+.’