Kuvayo 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko Musa avuga ati: “Wewe ubwawe ni we uzoshira kandi mu maboko yacu ibimazi n’amashikanwa aturirwa, kuko dutegerezwa kubishikanira Yehova Imana yacu+.
25 Ariko Musa avuga ati: “Wewe ubwawe ni we uzoshira kandi mu maboko yacu ibimazi n’amashikanwa aturirwa, kuko dutegerezwa kubishikanira Yehova Imana yacu+.