Kuvayo 26:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Kandi uze ushire ya meza hanze ya nya rido, ca gitereko c’amatara+ na co kirabane n’imeza ku ruhande rw’iyo taberenakulo amaja mu bumanuko. Iyo meza uzoyishira ku ruhande rwo mu buraruko.
35 “Kandi uze ushire ya meza hanze ya nya rido, ca gitereko c’amatara+ na co kirabane n’imeza ku ruhande rw’iyo taberenakulo amaja mu bumanuko. Iyo meza uzoyishira ku ruhande rwo mu buraruko.