-
Kuvayo 38:18Bibiliya y’isi nshasha
-
-
18 Igikingirizo c’irembo ry’ikigo cari icajishwe n’umujishi, c’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza+ ihinzwe, kandi uburebure bwaco yari amatambwe mirongo ibiri, amahagarara yaco na yo uko cangana cose yari amatambwe atanu cokimwe n’ibitambara bimanikwa vya nya kigo+.
-