Abalewi 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+. Zaburi 133:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+. Ivyakozwe 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.
12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.
2 Ni nka ya mavuta meza ku mutwe+,Ashunguruka ku bwanwa,Ubwanwa bwa Aroni+,Ashunguruka gushika kw’izosi ry’impuzu ziwe+.
38 inkuru yerekeye Yezu uwava i Nazareti, ingene Imana yamurobanuje impwemu nyeranda+ be n’ububasha, hanyuma agaca mu gihugu akora ivyiza yongera akiza abo bose bahahazwa na Shetani*+; kubera ko Imana yari kumwe na we+.