Kuvayo 16:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nk’uko Yehova yari yategetse Musa, Aroni awutereka imbere ya ca Gishingantahe*+, uba ikintu co kuzigama. Kuvayo 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.
34 Nk’uko Yehova yari yategetse Musa, Aroni awutereka imbere ya ca Gishingantahe*+, uba ikintu co kuzigama.
18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.