Kuvayo 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi nzoseruka imbere yawe ng’aho, mvuganire nawe hejuru y’umurumyo+, hagati ya ba bakerubi babiri bari kw’isandugu y’igishingantahe, eka ivyo nzogutegeka vyose ku bwa bene Isirayeli+. Kuvayo 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Bezaleli+ akora ya Sandugu+ y’igiti c’umunyinya. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri n’igice, ubwaguke bwayo itambwe n’igice, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+.
22 Kandi nzoseruka imbere yawe ng’aho, mvuganire nawe hejuru y’umurumyo+, hagati ya ba bakerubi babiri bari kw’isandugu y’igishingantahe, eka ivyo nzogutegeka vyose ku bwa bene Isirayeli+.
37 Nuko Bezaleli+ akora ya Sandugu+ y’igiti c’umunyinya. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri n’igice, ubwaguke bwayo itambwe n’igice, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+.