ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Igihe cose nya gicu caba kiduze kivuye hejuru y’ihema, bene Isirayeli ubwo nyene baca bagenda+, kandi ahantu nya gicu caba kigerereye, ni ho bene Isirayeli bakambika+.

  • Guharura 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kibandanije kuguma hejuru y’itaberenakulo imisi ibiri canke ukwezi canke imisi irenze iyo mu kugerera hejuru yayo, bene Isirayeli baguma bakambitse ntibagende, mugabo cidugije baragenda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika