Kuvayo 33:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na we avuga ati: “Jewe ubwanje nzojana nawe+ kandi nzoguha koko akaruhuko+.” Kuvayo 40:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ariko iyo nya gicu kitidugije ntibasambura ikambi, gushika umusi cidugije+.