Kuvayo 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko muri iyo misi, Musa ariko aba uwukomeye, aja kwa bene wabo ngo arabe imizigo bikorera+. Abona Umunyamisiri ariko akubita Umuheburayo wo muri bene wabo+. Ivyakozwe 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Akubise ijisho umuntu umwe yariko ararenganywa, aramuburanira yongera ahōra uwariko aragirirwa nabi, mu kwica nya Munyamisiri+.
11 Nuko muri iyo misi, Musa ariko aba uwukomeye, aja kwa bene wabo ngo arabe imizigo bikorera+. Abona Umunyamisiri ariko akubita Umuheburayo wo muri bene wabo+.
24 Akubise ijisho umuntu umwe yariko ararenganywa, aramuburanira yongera ahōra uwariko aragirirwa nabi, mu kwica nya Munyamisiri+.