Kuvayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma Musa avugana na bene Isirayeli kuri ico kintu, mugabo ntibamwumviriza kubera ugucika intege no kubera ubwo bushumba buruhije+. Kuvayo 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abantu babandanya kunyoterwa amazi aho hantu, baguma bidodombera Musa ngo: “Kubera iki watuduganye ukadukura mu Misiri kugira ngo utwicishe inyota twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu+?”
9 Mu nyuma Musa avugana na bene Isirayeli kuri ico kintu, mugabo ntibamwumviriza kubera ugucika intege no kubera ubwo bushumba buruhije+.
3 Abantu babandanya kunyoterwa amazi aho hantu, baguma bidodombera Musa ngo: “Kubera iki watuduganye ukadukura mu Misiri kugira ngo utwicishe inyota twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu+?”