Zaburi 105:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aguma atuma abantu biwe barondoka cane+,Amaherezo abaha kugira inkomezi kuruta abarwanizi babo+. Zaburi 105:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Misiri yaranezerewe basohotse,Kuko ukubagirira ubwoba kwari kwabatekeye+.